Burundi
Burundi bwacu
Burundi Bwacu (Burundi aimé) est l'hymne national du Burundi. Écrit par un groupe d'auteurs sous la direction de Jean-Baptiste Ntahokaja, prêtre catholique, et composé par Marc Barengayabo, il fut adopté à l'indépendance en 1962.
En savoir plus : Burundi bwacu - Burundi
Paroles
Paroles officielles en kirundi | Traduction en français |
Burundi Bwacu Burundi Buhire Shinga icumu mu mashinga Gaba intahe y’ubugabo kubugingo. Warapfunywe ntiwapfuye, Warahabishijwe ntiwahababuka. Uhagurukana, Uhagurukana, Uhagurukana ubugabo urikukira, Ukomerwa amashi n’amakungu, Uhabw ‘ impundu n’abawe Isamirane mu mashinga. Isamirane mu mashinga. Burundi bwacu ragi rya basokuru Ramutswa intahe n’ibihugu Ufatanije ishaka n’ubuhizi. Vuza impundu Wiganzuye uwakuganza. Wiganzuye uwakuganza. Burundi bwacu, Nkora mutima kuri twese Tugutuye amaboko, umutima n’ubuzima Imana yakuduhaye ikudutungire. Horana ubumwe n’abagabo n’itekane. Sagwa n’urweze Sagwa n’amahoro meza. | Burundi Bwacu Burundi Buhire Shinga icumu mu mashinga Gaba intahe y’ubugabo kubugingo. Warapfunywe ntiwapfuye, Warahabishijwe ntiwahababuka. Uhagurukana, Uhagurukana, Uhagurukana ubugabo urikukira, Ukomerwa amashi n’amakungu, Uhabw ‘ impundu n’abawe Isamirane mu mashinga. Isamirane mu mashinga. Burundi bwacu ragi rya basokuru Ramutswa intahe n’ibihugu Ufatanije ishaka n’ubuhizi. Vuza impundu Wiganzuye uwakuganza. Wiganzuye uwakuganza. Burundi bwacu, Nkora mutima kuri twese Tugutuye amaboko, umutima n’ubuzima Imana yakuduhaye ikudutungire. Horana ubumwe n’abagabo n’itekane. Sagwa n’urweze Sagwa n’amahoro meza. |